jeudi 18 août 2016

Retour sur la conférence du 30 juillet 2016 au Canada avec KAREMANGINGO Saidi



Retour sur la conférence du 30 juillet 2016 au Canada avec KAREMANGINGO Saidi


4 commentaires:

  1. Nawe wize gukiza ubuzima bwikiremwa c'Imana,birababaje.Sinzi nimba uru umusore ariko uve mwitiro urimwo,wishire mu kibanza c'abana b'Abarundi bagizwe imfuvyi nakarwi kabantu bakeya,abantu bagerageze kugira nisoni zo ku munwa,abaretse ubutegetsi harico babaye,Uburundi subwumuntu umwe nabamushigikiye,Muganga agaciro uzogahabwa no gutabariza abantu bakenye,bagowe ,bari mu gahinda,ko ntawuzogumakwisi,upfuye uwu musi ko bishoboka wobwira Imana ngo narwaniye Nkurunziza azopfa akabora,ntiwari ukwiye kuja ku ma nsamirizi ucumuza ururimi rwawe,baguhaye na ma milliard uzoyasiga,izina ryawe urisigiye igitutsi,niwaba nawe uri mu mugambi wo kwihora,amosozi ya birya bibondo no mu kuzimu azogusangayo,bararira barakumanikira amaboko bakubwira ngo tubabarire ntutwice(umupanga wa mbere namajambo yose na cane cane gushigikira abamena amaraso abo nabagenzi ba Yesu,uyu muramubabaje ishavu ryiwe nirirwira ku bwibi bibondo tuzomuhungira (wewe nabo muri kumwe ba soma mbike,jewe hehe?

    RépondreSupprimer
  2. Tres dommage de t'appeler Mon Frere malgre moi puisque tu ne manifestes rien de traternelle dans tes propos . Tout simplement tu as rate l'occasion de te taire et tu ferai mieuz de la boucler au lieu de raconter des ragots et couleuvres que le petit nevrose Wily NYAMITWE t'a fait avale . Et sans honte tu dis que tu es medecin de formation . Sais tu que cette conference que tu as organise avait uniquement pour but de te dsiqualifier politiquement . Le seul service que je puis te demander est de ne pas oublier que je te l'avais dit si demain tu te trouves sur la liste des criminels qui ont opte pour endeuiller le Burundi . On ne tue ps seulement avec la machette mais aussi avec une sale langue comme seule la tienne a pu l'etre et les discours de la haine comme celui que tu as prononce le 30 juillet au CANADA peuvent avoir deja envoye beaucoup de citoyens innocents a la guillotine plante par le genocidaire Pita .

    Donc Mon Frere Saidi manifestement tu es deja un egare irrecuperable et je te recommande un peu de realisme et un minimum d'humanite comme etant le seul service que tu peux rendre a la Nation aujourd'hui en mal de survie

    RépondreSupprimer
  3. Nyakubahwa Ciramunda, urya mikolonini Luc Michel na Nyamitwe bagiye guhenda bewe wacu bari kure y'u Burundi. Ariko reka turindindire kazoza kazotwereka ukuri nyakuri. Muvy'ukuri Luc Michel ariwe muhanuzi wa Nkurunziza amuhanura kutaje mu biganiro n'abamurwanya, kandi no muri Canada yarabisubiyemwo. Ariko ndabivuge ndabisubire, hanze y'ibiganiro bihuriyemwo bose n'abashatse gukora coup d'Etat barimwo, nta mahoro mu Burundi tuzokwigera turonka. Luc Michel nomugereranya na wa mwibutsa w'ikirundi uvuga ko "Inyosha mbi ingana umurozi"

    RépondreSupprimer
  4. Si nous faisons les commentaires soyons raisonables! Les commentaires aigus tuent au lieu de donner des solutions! Saidi a droit d' exhiber ses propos! Le comble, les sindumuja souvent disent qu'il faut tuer le maximum de gens pour accroupir Nkurunziza et vous n'ecrivez rien!

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.