mercredi 17 août 2016

Les chansons guerrières des combattants du FOREBU


5 commentaires:

  1. Ko ari bakeyi abo ikambi imwe niyo yobamesa,mais twizere ko harabandi bari inyuma atar'abo gusa sinon kwoba ari kubata mu rudubi,jew nibaza ko mwonkongereza efectif tukikurako ivyo binywa maraso ngo n'aba DD Imana ibaje imbere

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. uranka igihugu cawe nugende!Intambara ntaho yigeze izana amahoro kuko na Lybia baracarira kandi kadafi yarapfuye!Nous avons besoin d'un autre alternatif atari intambara!

      Supprimer
  2. bongereze n'abavuye hehe ? ingo nawe kugira effectif igwire ! ariko umwe wese natange ico afise tubashigikire ! inguvu, amahera n'ibindi !!!

    RépondreSupprimer
  3. ni mukore! muraraba ko mutariko mukorera abazokwiyamurira ivyamwa!

    RépondreSupprimer
  4. Ntiharwana igitiri kinini,harwana ubuhinga,

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.