mardi 24 mai 2016

Crise au Burundi: le point sur le déroulement du sommet d'Arusha en Tanzanie

Dernier jour de la session de reprise du dialogue interburundais dans la ville d’Arusha en Tanzanie. Alors que ce dialogue politique est en panne, les partis membres de la principale coalition de l’opposition, le Cnared, non invitée, ont boycotté ce processus censé permettre à l’ancien président tanzanien Benjamin Mkapa, facilitateur dans cette crise, de faire un agenda, une liste de participants et un calendrier consensuels. Ce qui ne l’a pas empêché d’aller de l’avant.

Ces derniers jours, l’ancien président tanzanien a passé des heures à écouter. Il a d’abord reçu le gouvernement et ses alliés samedi, puis le lendemain les partis qui ont participé aux élections contestées de 2015, suivi de ceux qui les ont boycotté et des acteurs politiques - un euphémisme qui désigne au Burundi des leaders d’opposition incontournables - chassés de la tête de leurs partis avec la bénédiction du pouvoir.

Le facilitateur dans la crise burundaise a vu également, ces jours-ci, la société civile, les groupes de femmes et de jeunes, les leaders des confessions religieuses et deux anciens présidents.

Au départ, le parti au pouvoir et ses alliés formaient une majorité écrasante. Mais petit à petit, des membres issus de la principale coalition d’opposition, le Cnared, qui avait demandé à ses membres de boycotter cette session, puisqu’elle n’avait pas été invitée en tant qu’entité, ont commencé à affluer, avec ou sans l’accord de leurs partis. Officiellement pour porter la voix de l’opposition.

Au final, ce sont 83 Burundais qui sont aujourd’hui présents dans la ville-symbole d’Arusha selon un communiqué de la facilitation, pas du tout satisfaite de la couverture de l’événement par les médias.

Aujourd’hui, il ne faudrait pas s’attendre à une annonce fracassante de la part de Benjamin Mkapa, qui doit encore voir des protagonistes invités mais absents d’Arusha, selon le même communiqué. Avant de concocter un plan de sortie de crise au Burundi, il va d’abord le soumettre au médiateur en chef, le président ougandais Yoweri Museveni.
 
le 24-05-2016 à 04:35, http://www.rfi.fr/afrique

9 commentaires:

  1. MUKAMA MANA Mushobora vyose; ndakwingize kugirango uri kumwe n'umwana wawe Yezu Kristu urungike Mutima mweranda yuzure imitima y'abarundi bari mubiganiro. Baganire barondera ineza aho kurondera ivyo bashira munda zabo.Mutima mweranda nabamurikire kugira abarundi babone gukira eka nisi yose ihabonere akoyoko. "Igisabisho canje mukama, nikiduge imbere yawe nkumwotsi wisenga"PS140(141)1-2, 3-8

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. NKUNZIMANA PILIER24 mai 2016 à 15:04

      très bien dit mon frère(sœur, Dieu a entendu ta prière qui n'est pas personnelle mais de toute la nation burundaise

      Supprimer
    2. Anonyme: Umuremyi Wa Twese Yumve ico Gisabisho cawe uvuze kugira Uburundi Bwacu buronke Amahoro. Amen!

      2 NGOMA 7: 14

      “Maz’abantu banje [Abarundi] bitirirwa izina ryanje [Aba Kristu] ni bicisha bugufi bagasenga barondera mu nyonga hanje, bagahindukira bakareka ingeso zabo mbi [kwikunda, kutihanganirana, n’ibindi], nuko nanje nzokwumva ndi mw’ijuru, mparire ivyaha vyabo[ twebwe Abarundi], nkize n’igihugu cabo [Uburundi].”

      Mana Yacu!
      Tugirire ikigongwe kuko Abarundi twese twaragucumuyeko.
      AMEN!

      Supprimer
  2. sha pfa gusenga mugabo uraziko abarundi basigaye ari intumva! kuko sebarundi yohanuye ariwe intumva iza imbere y'izindi !! hasigaye ah'Imana .

    RépondreSupprimer
  3. Uwo SEBARUNDI muvuga yama I KUZIMU GUHAMBA AMABENDERA!!! Nivyo koko Imana Rugiravyose kandi Isumba vyose niyo yonyene ishobora kudukiza UWO MUVUMO wo gusenga IBIGIRWAMANA!!! Mana dutabare udukureko umuntu wese n'ikintu cose kibuza IMIHEZAGIRO WEMEREYE UBURUNDI KUBUSHIKIRA. Mukama twumvire, Kristu udukundire. Amen!

    RépondreSupprimer
  4. Barundi barundikazi Imana n'Imana ni Mutananirwa. Yaramaze kumva amaborogo yanyu.Abahegekeye ubutegetsi barivugira ngo nta biganiro n'abashatse gutembagaza ubutegetsi! Mbega ubwo butegetsi bashaka gutembagaza bwo bwari bwabonetse mu nama n'ingingo y'abarundi? Nta mwana aja muri politique donc ntihagire uwibaza ko ashobora guhenda abarundi bose ngo abazirike ku catsi ngo niwe munyakuri! Nimba harabaye ukwibesha akiba ingoma y'abarundi abicishje mu gikenye niyemere ace bugufi aganire abarundi bidegemvye.Intwaro nk'iyi turimwo ntigikunda mw'isi yose uwufise ikirindi niyumve impanuro yemere arekure areke guta ishavu ku bana bangana n'abiwe bo mu ma quartiers ntiriwe ndavuga n'abo mu mugamba ngo nibo bansi biwe! Ntawumwanka twanka intwaro iducuranguza kandi twari tuzi ko twasezereye ubutegetsi nka bumwe bwa Micombero kuva amasezerano ya Arushwa atewe ko igikumu n'abarundi hamwe n'amakungu. Nareke kwiyamvya ntibigishoboka ko abarundi bashorerwa nk'intama ku macuniro! Niyabibandanya naho arazi ko na Havyarimana ataco yabikuyemwo atari urupfu , agahinda, n'umuvumo kuri abo bose babimufashije! Nashira imbere amahoro ntazanire umuvumo igihugu n'abiwe!

    RépondreSupprimer
  5. OOOOOH ALLELUUUUAAA AMEN. MERCI TRES SAINTE TRINITE DE DIEU D'ENTENDRE TOUTES CES VOIX QUI TE SUPPLIENT. EXAUCE LEURS PRIERES SEIGNEUR ET DONNE LA PAIX AU BURUNDI ET AU MONDE. AMEN

    RépondreSupprimer
  6. IMANA NI MUTERAKOBA. KIGONGWE, RUKUNDO, MAHORO, MUSHOBORA VYOSE, UWURIHO, UWAMYEHO, BUNTU etc...Mureke rero yikorere. Turabe imitima yacu gusa. Duhinduke mu gukora ico amabwirizwa adusaba. Urabe ingene adutangaza. Tureke kwivanga ba Kristu. Tugororoke, dukunde jusqu'au ennemis bavukanyi. Murabe ingene Faraoni n'imikogote yiwe bigwa mu kiyaga.Abizeye tujabuke ahumutse twishongora. Ingo duhinduke tubimugeragereshe.

    RépondreSupprimer
  7. ariko ntimwihebure, muzobona iyo shetani iturika kurya kwa vya bipurizo bagendana ! bazoturika nkavyo ko banse kuvavanura n'agatima ko kwica abo bataremye.
    Hasigaye imisi mike bapfe bangara kuko Imana ntishobora kureka ngo shetani yiganze !

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.