mardi 24 mai 2016
4 commentaires:
Avis aux lecteurs,
Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.
Merci de la bonne compréhension.
La Direction des Publications
Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.
Inscription à :
Publier les commentaires (Atom)
Ils sont tous Hutu sauf Ruzoviyo qui est Ganwa(une tribu qui se veut au dessus de la mêlée). Quid de Ngayimpenda et Sibomana? Ils devront bientôt nous expliquer la raison de leur présence à Arusha. Harya ngo bagiye guserukira inkehwa? Hahahaaa... Et Mkapa dit à qui veut l'entendre qu'il connait la problématique burundaise! Quelle honte pour cet homme tant respecté! Nabahe umuceri n'ibiharage biriri nivyo vyabajanye ibiganiro nyakuri bizotangura vuba avec ou sans lui.
RépondreSupprimerLe Burundi n'est pas la Tanzanie! Sinibaza ko uwo mushingatahe Mkapa yoba azi ibibazo vy'abarundi kubarusha. Ikindi naco niyo yatega ugutwi ubutegetsi bw'i Bujumbura mu buryo burengeje, azoca ahengama hanyuma abagiye mu biganiro bose BAHEZE BASUBIRE GUTAHA ZIRAYOYE! Imana idufashe ntaheze ngo atubere kumwe kwa ZUMA!
RépondreSupprimerIbintu vy'ihonya bwoko navyo, MKAPA NTAVYO AZI! Par contre YOWERI MUSEVENI en sait BEAUCOUP!
Par ailleurs, FDD-CNDD est une MARQUE DÉPOSÉE DE LA TZ! Niyo bazananye turabizi! None muraraba mugasanga bohinduka uwo bamye bashigikiye??? Nidukanure tubone neza ce qui se passe! Emwe! les résultats de ces pourparlers ou consultations, appelez cela comme vous voudrez, nkuko mbona nabo nyene bayobewe uko bavyita, ni UGUTEGERA KU MUNWA NK'AMANGATI! Mbega mumbonera hoba hari intumbero y'aho ibintu biriko biraja!!! Mumbonera Leta y'u Burundi iriko ishikirana na nde ko mbona bamwe bafashe UMUHETO ATABARI MWO!!! IL NE FAUT SURTOUT PAS LES IGNORER ni les SOUS ESTIMER! Na NZABAMPEMA bazi neza ko ari mu RUKOKO ils font semblant de ne pas savoir qu'il existe!!! Boba baramuhaye kuri ya ma dollars ya MISCA NA AMISOM!!! Car, sait-on jamais! Mbe abanya MUSAGA, NGAGARA, CIBITOKE, JABE, NYAKABIGA bicwa chaque jour nabo baserukiwe na LES NYAMITWE??? Eka! eka kabisa, IMANA NTISHOBORA KUVYEMERA! Aho bukera, UBURUNDI BURAKIRA AKO KABI KOSE! Iyo intambara igeze ahakomeye, iba iri no mu guhagarara!!! Nayo Monsieur MKAPA, ni agerageze yamara ntitwibagire ko nawe nyene yambaye umubiri comme tout le monde! Imana Rugiravyose ni IMUKORESHE uko ibishaka niyo yaba ATAGIRA "DIVE" muri KINGDOM OF DARKNESS kumwe kwa NKURU...
Nababajwe n'uko uvuga Imana nk'uyizi mais ivyuvuga ntibihumuriza?Est-ce que au moins tu as reçu Jésus Christ comme ton sauveur et seigneur ?Si oui,est-ce que tu a reçu le Saint Esprit?Une chose est sure: Jésus vous aime!
SupprimerRusengwamihigo Déo yabaye umuhutu kuva ryari ko wavuze Ruzoviyo gusa?
RépondreSupprimer