dimanche 24 juillet 2016

La "solution armée" est à l'étude au MORENA dixit Mè Isidore RUFYIKIRI



La "solution armée" est à l'étude au MORENA dixit Mè Isidore RUFYIKIRI


2 commentaires:

  1. Turashimira cane uyu Mushingantahe twibaza ko ari kumufata mu mugongo abantu bose bifuza amahoro arama i Burundi kuko ikibazo si umuhutu canke umututsi kuko bose baragowe kandi si ivya kera mugabo ubu ni akamuna.
    Twibaza ko ikibazo kiri hagati y'uguhiganwa ku ntwaro kandi bamwe bakitwaza imirwi yamwinshi abandi nyamuke kuko nivyo vyoroshe kugira n'uwahashitse ahigarurire yongere atsimbatare. Twibaza rero ko izi ndyane zoboneka no mubindi bihugu bifise abantu bacurika politique mu moko kubera ari imbura kimazi kandi bagomba gutsimbatara ku butegetsi bigatuma babohera banyaihugu babo mu kaga kuko ataco baba babamariye.
    Umuhutu atwaye neza ntakenera kwikikiriza abandi bahutu, yikikiriza amategeko hanyuma agakora akazi ajejwe. Hatwara umututsi ni uko nyene. Ubu rero kugira tubishikeko ni gutangura bushasha aho umuhutu azotwara ikiringo, umututsi ikindi hanyuma abantu bakabona intambwe ageragereza abarundi hanyuma munyuma ibi bikavaho hagatorwa uwufise ico amariye abarundi atari uwo kwitwa se Barundi kandi ari se murwi.
    Ibi vyomara imyaka mirongo 20 kugira ababikuriyemwo bashobore gutora barabonye uko ubwo bwoko bukurakuranwa kubutegetsi.
    Ubutungane butegerezwa kwigenga muri iki gice cose no mukizokurikira kuko twarabonye ko buri mubihanze uburenganzira bwa muntu na demokarasi. Hanyuma inzego z'umutekano zoguma uko Arusha yazishizeho muri ico kiringo hanyuma giheze hokwinjira uwushaka hatarabwe intara canke ubwoko.
    Mu buzi bwa leta uwo yagiyeho yoshiraho ababishoboye kuko yoshimirwa muvyo yakoze dufatiye kuwundi. Hanyuma hagatorwa umu presida atigeze avurwa mu mabi Uburundi bwagiyemwo.Yova mu migambwe isanzwe iri mu gihugu kandi nta migambwe y'ubwoko bumwe yokwemerwa

    RépondreSupprimer
  2. Ce commentaire a été supprimé par l'auteur.

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.