mercredi 22 juin 2016

Madame KIRAMVU Domitille s'adresse à la première dame




Madame KIRAMVU Domitille s'adresse à la première dame

7 commentaires:

  1. Madame Kiramvu, votre message est très émouvant. La qualité du kirundi est exceptionnelle. Votre message est digne de rester dans l'histoire du pays. Les historiens l'étudierons quand il s'agira d'analyser le pouvoir de Nkurunziza. Merci beaucoup

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. Mwibaza ko isi arimwe muyigaba ? Abarundi nico gituma babatwenga . Bamureka kwita mubitabaraba. Ingorane za Côte d'Ivoire ziraba abanya côte d'Ivoire. Le Burundi est différend de la Côte d'Ivoire. Naho kubijanye n'ivyo vy'abo bana , ntamuntu numwe atobabazwa n'abapfa naho ataco mwoba mupfana. Ariko , vyari bikwiye ko abarundi mufise uburyo mwotera akamo urwo rwaruka bagahagarika kwisuka kurisongoye. Jewe nibaza ko reta yitwaza ko iba iriko irivuna.

      Supprimer
    2. @ Anonyme du 22 juin 2016 à 19:56
      Nk'aho uvuz'iki ?

      Supprimer
  2. Kiramvu repare la faute commise anterieurement.

    RépondreSupprimer
  3. BRAVO Madame KIRAMVU! Ico ndagukundira NTI UVUGA GUSA "URASHISHURA"!!! Ntawogira ico AHARIRA kuri iyo message de clin d'oeil TO THE FIRST LADY OF BURUNDI! Your message is CRYSTAL CLEAR! IL NE LUI RESTE QU'A AGIR là-dessus! Yamara rero sinzi uwayamaze ati "IKIBUNO GISA N'ICAKIRAYE INYUMA!"! En peu de mots, DENISE BUCUMI est COMPLICE car elle n'a rien fait pour essayer de RAISONNER son MACHIAVEL ou se DISTANCER de LUI pour pouvoir sauver sa peau et celle de ses enfants LE MOMENT VENU! Kandi si kera cane, ni KABIRI NA RIMWE GUSA et le bateau de HABARIMBAYA ne sera plus qu’une ÉPAVE! Et plusieurs vont ÉCOPER POUR AVOIR LAISSER LE BURUNDI CHAVIRER duhereye kuri DENISE uyo et le reste des TROUBADOURS!!! Imana ni idutabare iyo DAYIMONI, FARAWO Y’UMURUNDI!!!

    Mbega ngo ni umukozi w’Imana? C’est un LUNATIQUE DE CLAIRVOYANT! La Sainte Bible nous parle de VISION mais dans le monde oculte (monde des ténèbres) il s’agit bel et bien de CLAIRVOYANCE! Iki nico kibazo HABARIMBAYA AFISE! Satani amwereka amashusho y’ivyo yishakira, arimwo KWIBA, KWICA, GUFATA IGITSINA “GORE” KU NGUVU, KUBESHA, GUSANZAZA…nawe ko ari IMBAZA GUSERUKA” mu bugizi bwa nabi agaca ABISHIRA MU NGIRO.

    Ngo Willy NYAMITWE ni fidèle lecteur wa BUJUMBURA NEWS. Niyo yasoma aka ga commentaire, turamusavye abwire “SEBUJA” ko SATANI ADAHAGA AMARASO! Kandi cane cane ko LE FAULX de ce dernier l’attend IMPATIEMMENT! Sije nohahera, HOHERA INTUMVA nka “monsieur CAUCHEMAR” pour le Burundi!

    RépondreSupprimer
  4. Uyu Kiramvu ndamwemera. N'umugore atarya ijambo.Aratomoye kabisa , muri reta mfata kibanza niwe akwiye ubushikiranganji bw'abakenyezi.

    RépondreSupprimer
  5. Kiramvu babwire bumve kabisa bumve abo bicanyi. Imana niyo izobadukurako kandi niyo cabona kandi niyo duteze amaso.Basenga kiranga bazibonerako umusi wabo nturagera kandi sikera bazohinyuka

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.