L'ancien vice président du Burundi, RUFYIKIRI Gervais témoigne contre NKURUNZIZA lors de la rencontre avec le Médiateur MKAPA à Bruxelles
samedi 11 juin 2016
L'ancien vice président du Burundi, RUFYIKIRI Gervais témoigne contre NKURUNZIZA lors de la rencontre avec le Médiateur MKAPA à Bruxelles
10 commentaires:
Avis aux lecteurs,
Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.
Merci de la bonne compréhension.
La Direction des Publications
Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.
Inscription à :
Publier les commentaires (Atom)
Komera. Comment cemonsieur de Rufyikiri a passé 10ans dans les cuisses de Jupiter et ne s'apercevoir de tout cela que lorsqu'il ne se retrouve pas sur les listes électorales...? Mon oeil...qui trompe qui désormais????
RépondreSupprimerUwuhana umurozi amubitsa umwana.Wibaza ngo yari gushobora kuvuga atbanje kuraba ukwo akarere kameze?
SupprimerEst malin malin1/2....
RépondreSupprimerpathetique corrompu, ne sait que manger. Un autre traite a la solde de l'occident.
RépondreSupprimerEs-tu sur qu'il est traitre? Ce monstre de NKURUNZIZA que vous soiutenez a tout prix vous vaut quoi si ce n'est que le ventriotisme idiot?
SupprimerMieux vaut tard que jamais! Les burundais ont besoin de connaître, de savoir...; de connaître ces gens qui ont gouverné et qui s'accrochent contre tous les vents!!! Merci pour ce témoignage; les burundais attendent d'autres, mais surtout, surtout des actions (actes) pour les sauver, pour ramener et sauvegarder la paix, base du développement durable
RépondreSupprimerRufyikiri ntaco atubwiye gishasha.Ariko aratweretse ko ari Umurundi yarezwe.Atavugana indya mu kanwa.
RépondreSupprimerAti Nkurunziza ntiyigeze akurikiza amategeko kuva muri 2005. Ivyo twebwe muri CNDD-FDD twabibonye kuva akija ku butegetsi...FRODEBU barayisambura bafashijwe na Minani. Ivya FLN ntitwobivuga ngo bihere.
UPRONA Buyobe yari yayisambuye kera.
ARAKOZE KWIREGA! IVYO AVUZE NIVYO. WE HAMWE N'ABANDI BASHIKIYE ABICANYI N'ABASAHUZI, GUSHIKA BABAKUYE AMATA MU KANWA,
ABO BAMAZE IMYAKA CUMI BARABA HIRYA INGANDA ZIRIKO ZIRATIKIRA, BABONYE KO UBU IKIZA KIGUHITANIZA,HARIKO HAGERA IGIHE NAWE KIGAGUTWARA. NI MUZE TURONDERE IZINDI NZIRA.
RUFYIKIRI NI INTWARI KUKO ARUBAHUTSE ARAVUGA. ABANDI BUBIKA IMITWE BAKARABA INGENE BAGARUKA GUKOMA AMASHI.
NIMUZE TUJE HAMWE TWESE, TWUBAKE UBURUNDI BW'ITEKA.
Ngo bazotota.
RépondreSupprimerUraraba neza ntube ari wewe uzotota.Abibaza ngo Rufyikiri mu kuvuga yaratose canke yaratevye sivyo. Imbere yo kuvuga vyiza ubanza kuraba ko woba ufise ivyo uvuga n'ukwo ubivuga. Mutama Gira ijambo turagushigikiye. Jewe ndi inyuma yawe kandi nagomba ndakumenyeshe ko ivyo kugucafuza vyoba vyaratanguye kuko ubu hari umuntu akoresha profil yawe kuri facebook abesha abantu ngo ni wewe uriko udandaza inzahabu......N'ibindi.....
Urakoze cane , turazi ko hari mwo beshi muri mwebwe bari abashingantahe mugabo mugafatigwa amaboko imugongo nako kagwi kibisuma nabambuzi.
RépondreSupprimerJe pense que Rukara est un bon exemple d'un frondeur intelligents!Please aba frondeurs ba CNDD-FDD bose bari bakwiye kunuma bishobotse bagaheba politique batarinze kugogwa nka Ngeze na Mukasi!CNARED nayo nimba ifise ico igomba gufasha abarundi nibanze ivavanure na bo ba frondeurs sinon ntaco izoshikako kuko burya histoire y'uburundi iranditswe neza!Sinshatse kuvuga menshi ariko nka Jean Minani dossier yiwe irazwi neza kandi bamwe bamwagiriza n'ibisongerezi muri CNARED!CNARED rero nireke kuvanga ibintu,yihishahisha mw'irementanya ritagira ifatiro.Amavuta n'amazi ntibivangika kandi abarundi barazi kubitandukanya!
RépondreSupprimer