Depuis quelques semaines, il y a des informations faisant état de malentendus/luttes intestines, voire fronde au sein du parti au pouvoir cndd fdd, le tout sur fond de régionalisme et de positionnement après négociations
A la tête, il y a un nommé: Pascal Nyabenda, l'actuel Président de l'Assemblée Nationale, originaire de Bubanza, qui est conscient qu'en cas de décès, ou de simple malaise medical fatal du chef, le fauteuil présidentiel lui reviendrait automatiquement, comme le stipule si bien la Constitution.
En plus, n’eut été par accident, Nyabenda (comme au Brésil) peut, s’il le veut, accéder au pouvoir en convainquant les 2/3 du Parlement de limoger nkurunziza, sur fond de « impeachment », faute grave ou trahison, et ce dans moins d’une journée.
Fort du soutien "silencieux", de bcp de ressortissants de Bubanza membres du cndd fdd et officiers militaires et policiers, Nyabenda essaie de créer un axe Ouest Bubanza-Cibitoke, qui commence déjà a penser a l'après "Nkurunziza", car nul n'ignore que chanter et danser contre les négociations pendant 5 ans, relève surement d'une utopie.
Nyabenda a beau signer sur les déclarations incendiaires du parti lues par le troubadour Gélase alias Ndasubiramwo, mais son autre bras pense déjà a signer sur les futurs décrets présidentiels.
Pour l'instant, Nyabenda continue a cumuler son double mandat, de président de l'assemblée et président du parti. Et en eseprant que ce jour arrive. En tout cas, si nkurunziza venait a souffrir d' une crise cardiaque (chose probable), j'en connais un qui boirait du champagne en pleurant des larmes de crocodile.....

Apprenti Pasteur (on facebook)
Ni bahe ubuki Nkurunziza hanyuma Nyabenda Ier ashobore kwimikwa gutryo iryo agona rishobore kuja ahabona ku mugaragaro.
RépondreSupprimerNa bado! MCHEZO WA NDANI NIHO UGITANGURA!!! Et les traîtres vont se multiplier aussi! NI BARYANE bajana hiyo kuko la population est déjà épuisée! Ni barayane AMENYO NIYO YAHERA BATUBWIRE TUBATIZE AYANDI!!! Na kare ABABIPFA NI ABA BISANGIYE!!! Ayo ni AMARASO MENSHI Y'ABANTU BANYOYE atanguye KUBAGARUKA! NIKO BIGENDA! BARIYE ABANDI BARABAMARA NONE UBU HARAGEZE KO BARYANA ENTRE EUX!!! QUI VIVRA VERA!!! TUKAE CHONJO TUJIONEYE KANDANDA!!!
RépondreSupprimerMuragowe ba sha, Ubwo Burundi muriko muratabagura, umusurusuru wo kububarira uzobagora kuronka. Umunoho n'inyota y'ifaranga, bigiye kwiha inkumbi murizo Njajwa ngo n'abategetsi. Abakene bahunga uruhuha rwabobakingiye, Abo basuma ngo n'abatware bagahungana amahera y'igihugu iza Nairobi n'ahandi. Murya umuhero!! Amosozi y'impinja n'imicuko mwicisha inzara, n'umuvumo kur'abo basahura. Ngo " uwo baciriyeko amacandwe ari benshi, araruha agatato". Ayo mazu yubakwa i Nairobi, n'i BUBANZA hari ubutaka bwiza. Teza imbere U Burundi tuzoza guhaha i Bubanza na za Cibitoke. Eka nta rukundo rw'igihugu namba. Mumyaka 50 ans, hazoba harabandi baramutswa igihugu, none muvahe mukajahe?
SupprimerSha nta murundi w'umutima yarakwiye gusubira guhendwa ni njavyi z'ibisuma atakindi kibagenza atari ugusahura itunga ry'igihugu. Kanura mubone mwabarundi mutandukanye icatsi n'ururo, ejo urahemuka hama ibigori bikera.
RépondreSupprimerAmaraso arahuma, Imana buca ibamaramaza aho biciye abana b'igihugu, bakiyita ngo barasenga
RépondreSupprimerBibliographie y'umuhisi BAGAZA nigire ico abakebuyemwo abo bantu!
RépondreSupprimerNi mukunde igihugu n'abarundi mubakorere kuko umukuru w'abandi ni uwubakorera mugire izina ryiza musize!
Bantu mwese muriko muratabagura igihugu, mwica mukongera mukiba, na mwebwe mubona amabi bakora mugashaka kubabuza mukitanga ngo ibintu bihinduke, mudashize IMANA imbere ntaco muzoshikako atari ukuruhisha imitima yanyu mugasanga mugenda mwarapfuye. Mwese ni mumenyeko ivyisi mwabisanzeho kandi muzobisigaho, nabazoza inyuma zanyu bazobisangaho. vyose ni vanité des vanités. ni musome muri Eclésiaste, murabe ingene muriko mwiruka inyuma yumuyaga mwagera ahantu mukabura iyo urengeye.Nimurabe ingene ubuzima bwumuntu bugenda buyonga nka bougie wabishaka wareka butegerezwa kuzima, none wicafuriza iki. Ufise umwansi, ukamwereka Imana utsinda utagwanye, Mwibuke Musa mugitabo c'ihunga, Hariho ibintu Bitatu: Ubwambere aho IMANA yamubwira ngo akubite inkoni kurutare rwibuye amazi agaca aboneka, ubwa kabiri, aho bariko bahunga aba Egyptiens agakubita inkoni mukiyaga amazi akicamwo kubiri bakajabuka munyuma barenganye abanyegiputa bageze hagati agaca abatwara, ubwagatatu aho IMANA yabwira Musa ngo akore inkoni y'inzoka mu mujumbu kugira abariwe ninzoka bayirangamije bace bakira, nibindi nibindi. None muraha IMANA ikibanza kiyikwiriye? Muribuka ko Imibiri yanyu ari Ingoro y'IMANA mukareka kuyitosekaza? Nimushire imitima munda ntimuzobura ico murya kuko nubu ntimwibaze ngo mubironka kubera mwirutse cane. Umuhisi BAGAZA niwe yayamaze ati shaka mutekereze na Mobutu yarakomeye, Sadamu na Kadafi bari bakomeye ati na jewe nyene narinkomeye, ngonone raba. Namwe nimurabe uburorero bwabantu baribakomeye bagiye mubona. IMANA IBAHEZAGIRE tuzosubira ejo.
RépondreSupprimer