jeudi 2 juin 2016

SINDUHIJE indésirable sur le territoire Schengen

Le président du MSD, SINDUHIJE Alexis s’est vu refusé l’entrée sur le territoire Schengen via l’aéroport de Zaventem (Bruxelles).

En possession d’un visa valable jusqu’en 2017, l’opposant burundais Alexis SINDUHIJE s’est vu notifié le refus d’entrée dans l’espace Schengen à son arrivée jeudi matin à l’aéroport de Bruxelles. Son avocat Me Bernard Maingain affirme que le refus d’accès à l’espace Schengen émane de la France.
 
Les explications émanant d’une source proche de la diplomatie française a reporté à notre rédaction que SINDUHIJE est devenu indésirable en Europe. Après les américains, c’est les européennes qui mettent en actions les sanctions contre l’opposant burundais. C’est avec son rapprochement avec le mouvement rebelle Red-Tabara que le président du MSD s’est mis dans des sales draps. Des sources de la médiation nous ont confirmé que le MSD négociera en compagnie du mouvement rebelle Red-Tabara en tant que sa branche politique. C'est la raison qui explique son absence lors des consultations du 21 mai dernier.

Venu pour participer à une réunion du CNARED prévue ce dimanche à Bruxelles, le président du MSD a dû rebrousser chemin vers sa destination initiale.

Il faut noter que la Belgique a consenti à ce refoulement en ne s’opposant pas et que son avocat est resté impuissant face aux autorités de l’aéroport de Bruxelles.

La lune de miel entre la frondeuse CNARED et l’Union Européenne semble prendre fin petit à petit. 
 
2 juin 2016, flash info de 15:25, Radio BUJUMBURA Internationale

9 commentaires:

  1. Urateye isoni Ciramunda!!!Uranka Cnared bikwije amategeko!!

    RépondreSupprimer
  2. Abo banya Buraya ni BA "BARHINDUKA"! Baja iyo bihengamiye cane cane ko bamwe bagifise nostalgie y'iyindi SORTE DE ZONE TURQUOISE muri Pays des Grands lacs! Ejo n'ejo bundi, NKURU akaramuka agondojwe hakoreshejwe umuheto, umuntu nka SINDUHIJE akaja mu butegetsi d'une façon ou d'une autre, abo bene kumuhinda ntaco bazoba bagikora. Azoca aronka passeport diplomatique kandi BAZOCA BASITANA BACANAKO MU KUMWAKIRA NO KUMUTUMIRA. Ndibaza ko nawe atari DUPE, il aura une autre façon de participer à cette rencontre du CNARED! Ntaco bakoze!

    RépondreSupprimer
  3. twibaza ko ico kitamuhagarika kubandanya urugamba rwo gukura abicanyi bose n'inyanka Burundi. Kandi turateye integer uyu mushingantahe atako atagira kugira agondoze iyo ntwaro y'amaraso idusubiza muyandi atagira ukpo angina yasesetse ata n'igihe cari bwahere. Sinduhije ni umushingantahe abushitse kandi yanyuzwe n'ivya demokarasi uravye n'ingene yahora abaha ijambo kuri RPA bakiri mw'ishamba. Twese turazi ko ivyiyunvor vyiwe ari ivyubaka ikiguhu Atari ibiryanisha abanyagihugu kandi bitebe bitebuke inzira yihaye ishigikiwe na benshi iyataba mbere n'iyo ngeso mbi y'ubutegetsi atakindi igifise yitwaza atari gucanishamwo abanyagihugu kugira batware basasagare kandi ikigoyi kiriko kirica abarundi. Twibaza kandi ko bukebuke abarundi bazomutahura kandi Red-Tabara ntiriko irica umunyagihugu n'umwe eka nta n'imbonerakure kiretse iyo bahanganye. Inzira ni nziza kandi uwurondera mahoro aba arondera ukuri nta nkeka ko tuzoyashikako. Petero n'abandanye atera igere ariko ntaho aja turi kuriwe kandi n'ejo canke agafatwa agajanwa iyo inkozi z'ikibi nk'izo ziajanwa nunva ko ari I la haye kuko ntabwicanyi bwiwe bakeneye kumugirako kandi harondrwa ubutungane.

    RépondreSupprimer
  4. Ariko abarundi muzagira ubwenge ryari? Ubu muririrwa mubunga isi yose ngo ni Nkurunziza? Dore mwarateye induru none umwaka urashize yemwe niyindi myinshi izashira akiri aho. Aho gukora ngo mwibesheho muri kwifuza genocide ukagira ngo ntimuyizi! Amaradio mwumva ni ayirirwa ababwira ko byacitse ubundi mukiyicarira mu tubari i Kigali ngo mutegereje kubyina vuba Nkurunziza niyapfa. Basha muri injiji sindabona. Kura amaboko mu mufuka mushake ubuzima muve mu nduru puuu

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. Uyu avuga Ikinyarwanda ndabona ariko akangurira abarundi kwikurako Nkurunziza. Ariko ni kumenya ko gusenyura umusozi bitabera rimwe. Igikuru ni uko hari intambwe nawe nyene yarwanye imyaka 10. Nta nkeka ko naho hohera iyirenga igikuru ni kuja ku kivi hanyuma tukikurako uwo mwansi tugataha I Burundi. Uyu mugabo Peter yankwa n'isi yose nivyo yari yoroshe kunamura ariko hari n'ibindi bihugu biri ku rushi bimuri inyuma harimwo n'imihari yamaze abantu nka FDRL. Ico mbona ni gutangaza ku mugaragaro ko umuhari Red-Tabara uriho ukora hanyuma tukawutera inkunga haba mu kwitanga canke mugutanga uburyo. Ni kumenyesha aho tubucisha kandi benshi bariteguye habuze kubakangurira kandi Manama agatumwako hakaba ama sections haba mu makambi canke mu bihugu bishigikiye demokarasi I Burundi. Tubona kandi ko hoba ikangurira ry'ibihungu umuhari ukaba uwufis inzego zizwi n'abanyamuryango kuko aho tugeze si kwicara nk'uko uyu mugabo abivuga ahubwo ni gukenyera tugahangana kanatsinda twarabonye ko amakungu ajuragirika kuko intambara irota mugab itareta neza. Eka na Peter avugako ata mirwi iriho ari abaicanye n'abagizi ba nabi mbere leta yiwe ikanavuga ko bariko barabashasha cane kuko bihisha mu banyagihugu hicwa benshi ariaco gituma tactiques zohinyanyurwa tukaja imbere

      Supprimer
    2. Uyu Anonyme du " 2 juin à 22:24" yanditse mu rurimi rw'I Kinyarwanda ni INTERAHAMWE KATWA!!! Ubwoba bwo GUSUBIRA MU MASHAMBA YA CONGO "BWAMUTEKEYE"!!! Ntimugishobora kubana n'abantu kuko mwaramaze kuba IBIKOKO TOUT À FAIT!!! Ubwo bwicanyi mwinjiranye mu gihugu BUCA BUBAZANIRA "IMBWA YURIRA URUGO". Ni kabiri na rimwe IVYARI IMAGERA BIKAGERURA hanyuma MUKIBONERAKO. Vous serez facilement identifié et vous CONNAISSEZ BIEN LE SORT!!!

      Supprimer
  5. Nivyo nsubiye gusoma neza uyu anonyme du 2 juin à 22:24 ntaseswa kuko ari no muri bake bashigikira umwicanyi nka Peter. Nomubwira ko gutwara igihugu bidasaba rubanda nyamwinshi ariko bisaba umutima wo kwitangira abanyagihugu bose kandi akabaja imbere n'umukuru w'abo atwara bose. Ngira arunva iyo umu faransa agize ikibazo mu gihugu runaka, Perezida ubwite arahaguruka kuko karahara mu ruganda ntibacura kandi mu gihugu bose barangana kuko mategeko iyo yubahirijwe niko abivuga. Demokarasi nticinyiza canke ngo yice canke ikoreshe iterabwoba. Kandi uyu Peter niyo yitwaza.Akarorero, agiye mu gihugu niwe atera ubwoba abanyagihugu gusumba kanatsinda niwe mukuru w'iyo mirwi igisibije muri grands lacs. Niba amwunva rero asa nawe. Ngira arabona ko n'abakure bafashe iyambere mugufata ibihano kubo atuma kandi ejo azosanga abari muri Leta yiwe nka bose barafatiwe ibihano abure ingene abatuma kubesha amakungu. Bukebuke turasenyura agasozi k'amarere kandi nico twiyemeje. Abarundi b'umutima nka Sinduhije turi maso ntiwihende.

    RépondreSupprimer
  6. Hahah basha ngo ndi interahamwe kuko mbabwije ukuri? Nimwibuke ko guhera 1994 interahamwe z'abanyarwanda muri Congo zaririmbaga ngo mu mwanya muto Kagame araba apfuye zigaruke kuyobora u Rwanda! Dore nanubu ziracyabiririmba hashize 22 ans!! Call me whatever you want ntikizababuza kuba imburamukoro zirirwa zicaye ngo zitegereje ko perezida avaho.

    RépondreSupprimer
  7. Mbega aho wihindukiza wongera wihindagura nk'uruvoruvo n'ukuberiki? Ntiwokwemanga ucuri bikagira inzira! Mama urigira interahamwe, mama urigira umunyrwanda, mama urigira imbonerakure, mama urigira umurundi, mama urigira umutegetsi muguhimiriza abandi ko bategerezwa gukura amaboko mu mpuzu bagakora! Mbega wewe muri abo bategerezwa gukora wewe nturimwo? Ehe rero wa mwirabure nkanje dusangiye ubu nyafurika vibuzimu ujibuntu umenye ko kurwanirira canke guhagararira uburongozi bubi butema bugatongora, uburongozi bunyonyeza abenegihugu, uburongozi karuhariwe mukwiba, uburongozi bubesha, uburongozi bufata abagore n'abana kunguvu, uburongozi batabagariza ubuzima abandi ubusa ko ari ukwihenda caaaane kandi ko abantu booose atawuvuyemwo tutarekuriwe kugandagurira abandi ubusa!!! Ehe nawe raba hirya nohino aho uherereye nimba utiye indaro ngaho mu Burundi ingene abarundi batekewe n'ubwoba hamwe n'inzara itagira izina! Abarundi ntibagira ayo bacira nayo bamira kubera ubutegetsi butagira icepfo caruguru! Rwagasore umuganwa atari umugani mwene abo bantu yabita "Imihirimbiri". None ga wagira ngo imihirimbiri ni bande? nabo bose babona ko bomererwa neza hariho abandi babanje kumererwa nabi. Nabo bose atakindi bakora atari uguha impigi nogutera intege ubutegetsi bukora ibibi nkivyo nadondaguye! Kutabona ibibi bikorwa n'ubutegetsi bw'i bujumbura sinovyita ngo ni ingwara ya miyopi, ihibambewe novyita ingwara " Y'uruhumyi rw'umutima". N'ingwara mbi caane itavugwa n'umuti uwariwo woose, n'ingwara ishobora kuvurwa n'UWUHORAHO nahonyene umurwayi aruko abisavye ubwiwe wenyene. K'uburongozi bw'i bujumbura bwosenyuka hakaza ubundi burongozi bukurikiza amategeko jewe numva kwarivyo vyobera abarundi inzira nziza yogukira nokuva muri aya magorwa turimwo. Ubwo burongozi bwiza nibaza ko bwofasha abarundi bose na wewe nyene urimwo! Wavutse wenyene kandi uzoshengera wenyene ntakamaro rero ko gufata mu mugongo uburongozi bubi kandi butema butongora abo bujejwe gukingira no guteza imbere! Mu burongozi bwiza abantu benshi bakerebutse bagira amahirwe yokwidegemvya mumirimo yabo maze bakishira kandi bakizana muvyabo no mubabo maze uwudafise abandi bakamusahiriza maze abantu bagatumirana kandi bagasangira! None uravye uno munsi ubona ariko bimeze? Iyi yari impanuro y'umwirabure nkawe kandi w'umunyafurika! Nuve rero i Buzimu uje i Buntu kuko ntiwaremewe kuba umuja canke umusuku w'uburongozi bw'inkorabara nakare ngo "Ubuntu burihabwa" kandi nkaba ndakwifurije gutahura ibi ndakwandikiye kuko naho utofata mu mugongo canke ngo uje muri ubwo burongozi bubi urashobora no kuja mubundi burongozi mugihe ufise ibintu vyiza woterera mukwubaka igihugu cacu, nakare n'uburenganzira bwawe kandi ntamuntu n'umwe afise uburenganzira bwo kuvuga ko asumvya abandi gukunda igihugu! Mugabo nimba wiyemeje gusambura, ndakurahiye ntuzoshika kure kuko hama hariho abantu barwanira ineza biciye mu kuboko kw'IMANA kandi bose ntanumwe irinda kugisha inama. "Itangishaka" kandi "Ikamanuza". "Iha uwigomvye kandi ikamanuza"!

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.