samedi 30 juillet 2016

Image du jour: L'ambassadeur de France au Burundi manifeste contre la France


7 commentaires:

  1. Iyi Mbonerakure inyuma yiwe yari yamwihweje kweli?

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. Ego iyo mbonerakure umengo iriko iraba ko ata porte-monnaie iri m'umufuko wa ambassadeur kugira iyisahure. Erega abashigikiye iyo ntwaro bose barangwa n'ubusuma!

      Supprimer
  2. Ni ibikomeye aho iki gihugu gisamaza amakungi citwaje ko gifise ijambo muri l'ONU. Baja muri ONU bagasaba ibifasha ubutegetsi kuhaguma munyuma ubuserukizi bukifatanya n'imbonerakure muguhakana ivyo igihugu ciwe casavye. Turazi ko France ibayeho uko kuva kera ababizi n'abo muri Africa y'uburengerazuba. Aha ico bariko kirahari kandi ubu benshi turakizi. Nibara aho iyi manifestation iba contre igihugu hanyumya uwugiserukira akaba aja kw'isonga. Nibaza ko ntategeye neza ariko nivaba arivyo ni ibibabaje kuko agahugu nk'uburundi gacurwa bfuni na buhoro gushika iyo Imbonerakure na DD bakoma amashi-Ntibitangaje kuko nivyo bazi gusa

    RépondreSupprimer
  3. La manif la plus bizarre probablement une strategie pour tromper l'opinion.Ces policiers ne seront efficaces que pour la securite de PN.Les imbonerakure continueront leur besogne.Ca sent plus de danger.

    RépondreSupprimer
  4. Na kamaramaza aho imbonerakure zisigaye arizo zicha zigakiza mu Burundi!!!None ubu karachiye ingani abarundi bagume bahona amakungu abona???Ejo hazaza hanyuma ngo ihonyabwoko ryabayue ryari??Mbega ako kamwe kamwe kichwa sabarundi???Chanke sabantu nkabandi???Nakamuna,ako karwi ka Nkurunziza karakwiye guharirwa ivomo

    RépondreSupprimer
  5. Le Représentant de la France á l’ONU a bien compris que : « LA NEUTRALITÉ AIDE L’OPPRESSEUR, JAMAIS LA VICTIME. LE SILENCE ENCOURAGE LE PERSÉCUTEUR, JAMAIS LE PERSECUTÉ. » Selon Elie Wiesel (Discours de remise du prix Nobel de la Paix, 10 décembre 1986).
    MEME DANS L’OBSCURITÉ LA PLUS TERRIFIANTE SUBSISTERA TOUJOURS UNE LUMIÉRE (PV ZÉLIE). L’Ambassadeur de France au Burundi en est l’exemple parce qu’il ne manifeste pas mais il explique la décision de l’ONU aux Manifestants surchauffés par le pouvoir de Bujumbura.

    RépondreSupprimer
  6. UNE TELLE CONTROVERSE NE PEUT QUE CARACTÉRISER LES FRANÇAIS! NTA HANDI HANTU IBI VYIGEZE BIBA! Aha rero bibaza ko aribo bonyene b'INCABWENGE! Uwo abaserukira mu Burundi akwiye kuba yarize n'ikirundi gikeyi. Niyo yaba ataco azi naho, Willy NYAMITWE arashobora KUMUSIGURIRA AKA KIBUTSA! AHO ABA FARANSA BABUKARANGA, TWARI MUNSI Y'URUJO!

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.