lundi 6 juin 2016

BARANKITSE Marguerite demande à Madame NKURUNZIZA de conseiller mari



BARANKITSE Marguerite demande à Madame NKURUNZIZA de conseiller mari

5 commentaires:

  1. Raba upfe kuruta. Ramba mupfasoni

    RépondreSupprimer
  2. Barankitse yarataye igihe ciza co guca muri iyo nzira.Yahisemwo kuvyikorera we nyene, none ubu ni ho ashaka guha lecon Mme nkurunziza.Nabandanye inzira yafashe yo kwararaza abandi kuko we yera. Ariko iyo nzira ntishika. Iki kirerekana ico ari.H=Gukunda igihugu vyo ntabeshe ngo birimwo

    RépondreSupprimer
  3. Je me demande le civisme de cette femme. Est-ce qu'elle n'a pas des moyens pour contacter Mme Nkurunziza sans faire des publicites dans les medias?Ce qu'elle cherche n'est pas surement le bien etre des Barundi mais seulement diaboliser ceux q'elle n'aime pas. Je lui souhaite courage

    RépondreSupprimer
  4. mudafise ukuri muvuga mwohora kuko ukuri guca muziko ntigusha. Uburundu ni ubwabarundu si ubwumuntu umwe.

    RépondreSupprimer
  5. Iyo abantu bose bagenda kuba abakurikira gusa nkintama Mandela ,Martin L King, Ghandi nabandi ntibabeho sinzi ingene isi uko iba imeze. Hariho abarundi bene wacu aho kubeshuza ivyo umuntu avuze baca bamusimbirako ahuko bobeshuje ivyo avuze canke nabo bakavuga ivyabo tukumviriza. Iyo ni ingendo mbi cane, ni muve ibuzimu muje ibuntu kandi mwemere ko intwari harya ntiziba nyinshi kw'isi.

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.