tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post7039874766709501276..comments2023-05-28T10:26:06.289+02:00Comments on Burundi - Agence BUJUMBURA News: BARANKITSE Marguerite demande à Madame NKURUNZIZA de conseiller mariAnonymoushttp://www.blogger.com/profile/11754203581653939469noreply@blogger.comBlogger5125tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-73844399413799776932016-06-08T01:48:34.699+02:002016-06-08T01:48:34.699+02:00Iyo abantu bose bagenda kuba abakurikira gusa nkin...Iyo abantu bose bagenda kuba abakurikira gusa nkintama Mandela ,Martin L King, Ghandi nabandi ntibabeho sinzi ingene isi uko iba imeze. Hariho abarundi bene wacu aho kubeshuza ivyo umuntu avuze baca bamusimbirako ahuko bobeshuje ivyo avuze canke nabo bakavuga ivyabo tukumviriza. Iyo ni ingendo mbi cane, ni muve ibuzimu muje ibuntu kandi mwemere ko intwari harya ntiziba nyinshi kw'isi.Anonymousnoreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-82909554953020958472016-06-07T21:39:09.086+02:002016-06-07T21:39:09.086+02:00mudafise ukuri muvuga mwohora kuko ukuri guca muzi...mudafise ukuri muvuga mwohora kuko ukuri guca muziko ntigusha. Uburundu ni ubwabarundu si ubwumuntu umwe.Anonymousnoreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-42831227770471728952016-06-07T08:25:13.485+02:002016-06-07T08:25:13.485+02:00Je me demande le civisme de cette femme. Est-ce qu...Je me demande le civisme de cette femme. Est-ce qu'elle n'a pas des moyens pour contacter Mme Nkurunziza sans faire des publicites dans les medias?Ce qu'elle cherche n'est pas surement le bien etre des Barundi mais seulement diaboliser ceux q'elle n'aime pas. Je lui souhaite courageAnonymehttps://www.blogger.com/profile/08403491748349631105noreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-55229718672575861702016-06-07T08:22:11.007+02:002016-06-07T08:22:11.007+02:00Barankitse yarataye igihe ciza co guca muri iyo nz...Barankitse yarataye igihe ciza co guca muri iyo nzira.Yahisemwo kuvyikorera we nyene, none ubu ni ho ashaka guha lecon Mme nkurunziza.Nabandanye inzira yafashe yo kwararaza abandi kuko we yera. Ariko iyo nzira ntishika. Iki kirerekana ico ari.H=Gukunda igihugu vyo ntabeshe ngo birimwo Anonymehttps://www.blogger.com/profile/08403491748349631105noreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-46307099537182554992016-06-06T18:16:09.075+02:002016-06-06T18:16:09.075+02:00 Raba upfe kuruta. Ramba mupfasoni Raba upfe kuruta. Ramba mupfasoniAnonymousnoreply@blogger.com