tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post6071467613045737002..comments2023-05-28T10:26:06.289+02:00Comments on Burundi - Agence BUJUMBURA News: Burundi: interdiction d'exporter des produits agricoles vers le RwandaAnonymoushttp://www.blogger.com/profile/11754203581653939469noreply@blogger.comBlogger1125tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-6668792681876452212016-07-31T16:03:21.377+02:002016-07-31T16:03:21.377+02:00Abarundi murababaje kweli mutegekwa nabantu badafi...Abarundi murababaje kweli mutegekwa nabantu badafise ubwenge. Gufunga ibintu bicuruzwa mu Rwanda si Urwanda ruhomba Nuburundi buhomba kuko amafaranga aja iburundi ivyo bintu nibugande canke congo abanyarwanda babihavana babikeneye.
Abo bategesti baziko igihugu kiri muri crise economique ama devise yaheze none naduke bavana muri exportation ngo ntibadushaka? ibi biharuro nibwoko ki?
None ubu ninde agiye kwicwa nubukene numunyarwanda canke niwa murundi adufaranga two gutunga famille ye avana muvyo yacuruza agiye kutubura?
Abarundi nimudakanguka ngo muve inyuma yabo bategesti bashaka kuzuza inda zabo banyuma ngo ibibazo biva murwanda ubukene bugiye kubica ubu ibintu vyose prix ziriko ziraduga igisigaye nukuja kwamuganga bakababwira ko nta miti ihari kuko nta bushozi dufise bwokuyigura.

Anonymousnoreply@blogger.com