tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post1671943968213418496..comments2023-05-28T10:26:06.289+02:00Comments on Burundi - Agence BUJUMBURA News: L'Honorable RADJABU Hussein devoile la face cachée du CNAREDAnonymoushttp://www.blogger.com/profile/11754203581653939469noreply@blogger.comBlogger6125tag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-29775341105106559492016-04-27T20:32:44.759+02:002016-04-27T20:32:44.759+02:00Ndakeje Cnared kungingo yaraye ifashe yo gusubiram...Ndakeje Cnared kungingo yaraye ifashe yo gusubiramwo inzego ziyirongoye! Nukuri, Cnared yiyerekanye bikwiye ko ari umuhari ukomoka ku kiringo ca 3 ca Petero Nkurunziza. Abarundi batemera ico kiringo ntibasubire guta umwanya no kwihenda ngo hari urukiza barindiriye kuri Cnared! Nabantu bari harya kubera inyaga zabo, imizeze yabo! Nabantu bari harya kugira bumvikane basambure icoza cose kibatandukanya na Nkurunziza, kuko asa n'uwuhagarikiye ubugeni bwabishe Président Melchior Ndadaye n'abafasha biwe. Petero Nkurunziza agaserukirwa na Onésime Nduwimana, Dr Jean Minani na Major Bernard Busokoza nabo bakaza bagira kumategeko ya Petero Buyoya! Mugihe hoza lero intwaro y'abantu bashaka guhora Ndadaye n'abarundi bose bahitanwe n'urwimo rwa 93 n'iyindi myaka yakurikiye, gushika ubu, intwari nka Nyangoma, zica zigizwa kure! Nivyiza lero ko Cnared yiyerekanye ico iri, ico ikora, atagahuzu yishizeko! Urugamba rwo kurandurana n'imizi 3e mandat, ntirutegerezwa gusiga inyuma Cnared, nakare ngo ibikundana birajana!Maniriho Gervaisnoreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-50903729623964956092016-04-26T22:38:08.123+02:002016-04-26T22:38:08.123+02:00LE CENARED est plein d'opportunistes qui ne ch...LE CENARED est plein d'opportunistes qui ne cherchent que des positions dans le Gouvernement de transition une fois forme. Nkurunziza ntashobora kuvaho Atari hamw akubiswe ubuhiri mugahanga, akamenya ko n'abandi bava amaraso nkawe nyene. Rero, abarundi bose duhagurukire kimwe tumutuze aruhukire mu mpimba be n'akagwi bahorana, maze uburundi bubone kubona amahoro.<br />TUZOSHIKAnoreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-55255718374346913392016-04-26T22:07:09.129+02:002016-04-26T22:07:09.129+02:00CNARED nitwagwe n'abadafise amaraso mu minwe.....CNARED nitwagwe n'abadafise amaraso mu minwe..... En tout cas pas MINANI Tuzomugwanya gushika yishuye ivyo yavugiye kuri Radio Mille Collines Anonymoushttps://www.blogger.com/profile/10578516856351970837noreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-21105661577456355902016-04-26T21:24:01.193+02:002016-04-26T21:24:01.193+02:00BAREKE,BISABIRE AKUMBATI,AHO IKIBIRI CHAHEREYE,NAN...BAREKE,BISABIRE AKUMBATI,AHO IKIBIRI CHAHEREYE,NANIYO BARIKO BAJA.<br />NIMUREKE,KUJURAGIZA BENE BURUNDI.NGO CENARED,NJANYE NA ROISKLALED, YAKIRA ABARYAYI!Anonymoushttps://www.blogger.com/profile/04121334583295761760noreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-58154182271987128492016-04-26T19:35:02.277+02:002016-04-26T19:35:02.277+02:00@bernier je vs donne 100% raison
@bernier je vs donne 100% raison<br />Anonymousnoreply@blogger.comtag:blogger.com,1999:blog-7050099263702144882.post-32730662675284857122016-04-26T16:53:22.440+02:002016-04-26T16:53:22.440+02:00Je suis deçu avec votre CENARED, vous n'etes p...Je suis deçu avec votre CENARED, vous n'etes pas du tout strategiques. Un CENARED sans Rajabu et Murwengezo dans les moment actuel, n'est pas une bonne startegie. Ces deux hommes sont lucides et bon mobilisateurs .... les laisser derrieres c'est se démembrer d'un bon nombres de supporteurs des Burundi. Wait and seebernierhttps://www.blogger.com/profile/06234192361540018346noreply@blogger.com